Canalblog
Suivre ce blog Administration + Créer mon blog
Publicité
Soma-canke-wandike
Archives
Publicité
Derniers commentaires
20 janvier 2024

Urugo rwiza rumera gute ? ( 3)

Twaraciye hirya n’ino mu ma articles aheruka, kugire umwe wese agire sa propre vision du couple et du mariage. Jewe ndi umuntu adashaka guhomba, naravyemanze. Uwuri hano ati : ngishika mu rugo, rapidement numvise umengo ni nko kwinjira mu nzu iva. Nca...
Publicité
Publicité
18 janvier 2024

Urugo rwiza rumera gute ? (2)

Iki kibazo ukibajije abantu bubakanye, ushobora gutangazwa no kuronka inyishu zibiri zitandukanye, atanico zipfana. Urugo ruba rwiza ku muntu iyo yumva afise ico ariko ararwungukiramwo. Urukundo ruri mu vy’ubaka. Rwonyene, sinzi aho rwogeza. Iri jambo...
17 janvier 2024

Urugo rwiza rumera gute ? (1)

Ndabateguze basomyi beza, ngiye kuvuga ukwo urugo rwiza rumera, ku bwanje. Jewe nubatse rumwe, kandi ubushize nababwiye ko mfise urugo rwiza (ku bwanje, uwundi n’ukuri sindamuvugira). Navuze ko ibibondo vyanje ndabifata nk’amashirahamwe. Nanje nifata...
14 janvier 2024

Abakozi bo mu nzu, dupfa iki ?

Je ntaco dupfa n’abakozi bo mu nzu. Nta n’ico tuzokwigera dupfa, ni bakomere ku murimo wabo, bari n’ikimazi gikomeye ! Mbega murazi ko nagakoze ? Naragakoze kweli, nkiri umunyeshule. Kandi vyaheze banyirukanye… None mushaka nze ndababesha ko i wanje tout...
Publicité
Publicité
Publicité