4 septembre 2013
Umugenzi ntaho mfatwa
Uyo mugenzi namufashe nka musaza wanje Ndamutegurira utwokurya aratuntera Nshaka kumwunguruza ansaba kumanukira mu nzira Ndamuvugisha mu kirimi canje aca anyagiriza ngo ndamututse. Uyo mugenzi ntiyahiye mu kwaha gusa Ndakeka ko ata mukwaha agira Kuko...